Urupapuro nyamukuru

Kuva Wikipedia
Flag of Burundi.svg
Ikarata y'Uburundi

Murahawe ikaze kuri Wikipediya mu rurimi rw'Ikirundi!

Nimwisanzure mu gusoma no gutanga ivyiyumviro unakosore ivyanditswe

Gushika ubu dufise inyandiko 627 mu rurimi rw'Ikirundi.

Izindi ndimi zo muri Afirika zitandikwa cane kumbuga ngurukanabumenyi

Afrikaans · Akan · አማርኛ · Bamanankan · Chi-Chewa · chiShona · chiTumbuka · Ɛʋɛ · Fulfude · Gĩkũyũ · هَوُسَ · Ìgbo · isiXhosa · isiZulu · Kinyarwanda · Kiswahili · Kongo · Lingala · Luganda · Malagasy · Oromoo · Sängö · seSotho · Sesotho sa Leboa · Setswana · SiSwati · Soomaaliga · ትግርኛ · Tshivenda · Twi · Wolof · Xitsonga · Yorùbá


Évariste Ndayishimiye

Umukuru w'igihugu c'Uburundi Mukunzi Nsabimana Ken Blein (ikiyago) 18:38, 24 Ruhuhuma 2023 (UTC)Reply[kwishura]

SOSUMO

Ihinguriro Mukunzi Nsabimana Ken Blein (ikiyago) 18:49, 27 Ruhuhuma 2023 (UTC)Reply[kwishura]

SOSUMO, ni ihinguriro rihingura isukari rikongera rikanayidandaza.
Ryashinzwe itariki ya 13/07/1982, uyu mwaka rikazoba rikwije imyaka 41 rivutse. Rihereye mu buseruko bw'igihugu neza na neza mu ntara ya RUTANA muri komine Gihofi,mu ntara kama ya KUMOSO.
Rigishingwa ryatanguranye ama hegitari 5800,munyuma yararonse ayandi 1000 muzindi ntara bafadikanije nabanyagihugu.
Amwe mumahangiro yihaye:
-Gutezimbere ubutunzi mu buseruko bw'igihugu
-Kuziganya amafaranga y'agaciro batarinze kugurisha isukari hanze y'igihugu
Ihinguriro SOSUMO rikaba riterera cane mu kigega no mw'iterambere ry'igihugu. Mukunzi Nsabimana Ken Blein (ikiyago) 19:09, 27 Ruhuhuma 2023 (UTC)Reply[kwishura]