BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga (top story)
Hakuzimana Rashid yahakanye ibyaha aregwa gukorera kuri YouTube
Rashid Hakuzimana yavuze ko atemera ibyaha aregwa ariko ntiyabyisobanuraho kuko yavuze ko hari uburenganzira bwe butubahirijwe.
Kenya: Umukuru w'abacungera amabohero yakuwe kubera intagondwa zatorotse
Umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati mu gihugu Fred Matiang'i yavuze ko impamvu yatanzwe n'abakuru b'ibohero kuri ico citwa itoroka itumvikana.
Igitangaza c'umuntu yakize Sida ata muti afashe
Biboneka ko abasoda b'umubiri b'umugwayi bishe uwo mugera ata muti afashe canke ukundi kuvugwa.
‘Cyuma Hassan’ yahamijwe icyaha kitakiba mu mategeko…bivuze iki?
Gukatirwa imyaka irindwi kuri Cyuma Hassan byavuzweho cyane kubera ibyaha yahamijwe, igihano yakatiwe, amategeko y'itangazamakuru, n'ubwoko bw'inkuru asanzwe akora.
Delhi yugaye amashure yose kubera imyuka mibi
Iyi ngingo ifashwe inyuma y'aho ibice bitari bike vy'iki gisagara biboneye urugero ruteye ubwoba rw'imicafu mu kirere.
Igihugu cyafashe ingamba zikomeye cyane ku batarakingiwe
Muri icyo gihugu, abantu bagera kuri miliyoni ebyiri batarakingirwa bategetswe kuguma mu ngo zabo.
IS yigambye igitero cy'ubwiyahuzi i Kampala
Abantu batari munsi ya batatu biciwe mu gitero cy'ibisasu bibiri hafi y'inteko ishingamategeko n'icyicaro gikuru cya polisi i Kampala.
Mendy wa Man City yagirijwe ivyaha vyo gufata ku nguvu
Uyu mukinyi w'umufaransa yasubiye kurengutswa ku bindi vyaha bibiri vyo gufata ku nguvu, hakaba hari haciye igihe ashizwe imbere y'intahe ku vyaha bine vyo gufata ku nguvu.
'Aba bagabo bari bagiye kutwica' - Umupolisi yakomeretse
Ibisasu bibiri vyaturikiye mu hagati ku mugwa mukuru wa Uganda, Kampala, mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri.
COP26
COP26: Inama mpuzamakungu kw'ihindagurika ry'ibihe
Amakuru ajanye n'ihindagurika ry'ibihe mu gihe c'inama mpuzamakungu COP26
Ibiganiro bya radiyo
Amakuru yo hirya no hino yibanda cyane cyane ku karere k'ibiyaga bigari muri Afrika, n'amakuru mpuzamakungu.
Ikiganiro gicukumbuye ku bibazo bitandukanye.
Umviriza, COP26: Imvo n'Imvano ku buhinzi buramira ibidukikije no kutangiza amashyamba, Umwanya bimara 59,00
Uyu munsi twahisemo ko Imvo n'Imvano yibanda ku ngingo ikomeye yizwe mu cyumweru gishize ku buhinzi buramira ibidukikije – Sustainable Agriculture, mu Cyongereza – no kurwanya ibikorwa byangiza amashyamba – Deforestation, mu Cyongereza.
Umviriza, Bazamuganga: Umva ibisobanuro bya Muganga ku ndwara y'ibigatu cyangwa imyate, Umwanya bimara 5,32
Umwe mu bakunzi ba BBC Gahuzamiryango yaratwandikiye adusaba ko twamubariza muganga ku byerekeye indwara y'ibigatu cyangwa imyate
Umviriza, Ibibazo vyanyu kuri Coronavirus: Mbe bashize icuma aho bateye urukingo, kimatako?, Umwanya bimara 2,07
Muganga Leonard Nduwayo akorera mu Bufaransa abandanya gusubiza ku bibazo vyanyu kukiza ca Coronavirus
Umviriza, Ibibazo byanyu kuri covid-19: Urukingo rwayo rwaba rukuraho ubushobozi bw'umubiri?, Umwanya bimara 2,33
Uyu munsi muganga Léonard Nduwayo ukorera mu Bufaransa arasubiza ibibazo bya Désiré Bukuru.
Umviriza, Ibibazo byanyu kuri Coronavirus: Uwakingiwe ashobora kuyandura?... hamwe n'ibindi, Umwanya bimara 3,34
Dukomeza kubagezaho ibisubizo bya Muganga ku bibazo mutwoherereza ku ndwara ya Covid-19
Ikarata y'ikibiriraho y'ukuntu coronavirus imeze muri Afrika
Raba kuri iyi karata y'ikibiriraho uko coronavirus imeze muri Afrika
Video, Mugabe Aristide: Urugendo rw'icyamamare muri Basketball y'u Rwanda, Umwanya bimara 3,21
Mugabe Aristide aravuga ku rugendo rwe muri Basketball
Video, Kuba muri Kuwait, ahantu ubushuhe bushikana 50C, si ivya bose..., Umwanya bimara 4,00
COP26: Guhindagurika kw'ibihe kwigaragaza mu kwiyongera kw'ubushuhe nk'imwe mu ngaruka. Muri Kuwait, hasigaye hashuha ku buryo bw'ikirenga nk'uko abahaba babivuga.
Video, COP26: Ni igiki cokwitegwa muri iyi nama idasanzwe kw'ihindagurika ry'ibihe?, Umwanya bimara 4,20
I Glasgow muri Ecosse hamaze iminsi habera inama mpuzamakungu kw'ihindagurika ry'ibihe, ariko none ico umuntu yoyitegako ni igiki?
Video, COP26: Izi ni zimwe mu ngaruka z'ihinduka ry'ibihe mu karere k'ibiyaga binini, Umwanya bimara 4,43
Ihindagurika ry'ibihe ryoba rifise ingaruka zihe mu karere k'ibiyaga binini?
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Rwanda: Gucibwa amande na camera ku mihanda 'birakabije' benshi barimo kwinuba
Umuvugizi wa polisi y'u Rwanda yatangaje ko nta tegeko ryahonyowe, kandi ko "abantu bagifite igihunga ariko bagomba kubimenyera."
Ibidasanzwe: Israel mu myimenyerezo ya gisirikare n'ibihugu vy'Abarabu
Ni ibintu bitari vyitezwe ko bishobora kuba, ariko imyimenyerezo y'abasirikare barwanira mu mazi ibaye mu gihe impungenge zibandanya ziyongera mu karere ku nyifato ya Iran.
Léonidas Ndayisaba: Uko yabaye umunyamakuru ukomeye kandi atabona
Léonidas Ndayisaba wavukanye ubumuga bwo kutabona avuga ko yakuze akunda cyane umupira w'amaguru ndetse biza no kumuhira aba umunyamakuru w'imikino kuri radio.
Kubera iki intambara ya Ethiopia iteye impungenge isi yose?
Tibor Nagy avuga ko imwe mu nzira yotuma impande zompi ziganira ari uko Amerika n'Ubushinwa hamwe n'ibindi nka Turukiya, vyokorera hamwe.
Ongera wumve ibiganiro by'abagore na Bazamuganga
Umviriza, Bazamuganga: Kanseri y'ibere... n'abagabo irabafata, Umwanya bimara 5,01
Kanseri y'ibere ntifata abagore gusa kuko n'abagabo irafata...
Umviriza, Bazamuganga: Kanseri y'ibere ifata gute, ivurwa gute?, Umwanya bimara 5,02
Menya ingene kanseri y'ibere ifata, ingene ivurwa n'ingene woyirinda canke womenya hakiri kare ko uyirwaye
Umviriza, Dr Elyse Iruhiriye avuga ku ngaruka z'ihindagurika ry'ikirere ku mirire, Umwanya bimara 3,55
Umushakashatsi Dr Elyse Iruhiriye wo kuri Kaminuza ya Johns Hopkins muri Amerika, aravuga ku ngaruka z'ihindagurika ry'ikirere ku mirire.
Umviriza, Rheumatoid arthritis cyanga rubagimpande ni indwara bwoko ki?, Umwanya bimara 5,55
Rheumatoid arthritis mu cyongereza ni imwe mu ndwara zifata mu ngingo abanyarwanda bakunze kwita rubagimpande
Podcast
Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango
Qatar 2022: Menya imigwi imaze kuronka tike yo kuja mu nkino za nyuma z'igikombe c'isi
Inkino za nyuma z'igikombe c'si zizobera muri Qatar mu mwaka uza kuva itariki 21 Munyonyo ( 11) gushika itariki 12 Kigarama (12) mu 2022, zizoba zirimwo imigwi 32 . Inkino nk'izo zizokurikira mu 2026 zizojamwo imigwi myinshi gusumba ishika 48.
Umukinnyi watsindiye Amavubi igitego yirukanywe 'asigara i Nairobi'
Benshi bari kwibaza icyatumye uyu mukinnyi ahagarikwa,mu gihe FERWAFA itatangaje iyo myitwarire idahwitse.
Ayavugwa mu mupira w'amaguru kuri uyu wa gatatu
Hari imirwi ibiri irondera umukinyi mpuzamakungu Aaron Ramsey wa Pays de Galles/Wales, ni mu gihe abakinyi babiri ba Barcelona bavugwa ko bipfuza kwigira muri Newcastle; umusatirizi wa Chelsea Christian Pulisic aronderwa, aya n'ayandi ni mu yavugwa.
Barcelona yemeje ko Xavi yagarutse nk'umumenyereza
Uwahoze akina hagati muri Barcelona Xavi Hernandez yagarutse muri uyu murwi wo muri Espagne nk'umumenyereza mu masezerano yo gushika mu 2024.